Abafana ba Real Madrid C.F. batanguye kudusaba ko twokwicindisha kugira baze muri 8 zambere kandi bibaza ko iirya Equipe baza kuyitsinda muzoba mumbwira hama umugambi urabandanya 5G kuduga #RAPHINHA NA #GAVI Babwiye abafana ba Real Madrid ati ahubwo mwarasaze Match yunomusi kuri Barcelona irimwo inguvu nyishi kuko barazi ko Abafana bayo twayitigiyeko Promoter de la Capitale ano majambo wavuze uzoyameko hama tuzokwakira ejo unomusi Ntuvyemerewe Yared wanyange ariko atwiyorobekako hasigaye Jisho Reigns nawe yishikane na Pacito Man
OG FORCE
OG FORCE
🤣🤣 Abafana ba Real Madrid C.F. batanguye kudusaba ko twokwicindisha kugira baze muri 8 zambere kandi bibaza ko iirya Equipe baza kuyitsinda muzoba mumbwira hama umugambi urabandanya 5G kuduga #RAPHINHA NA #GAVI Babwiye abafana ba Real Madrid ati ahubwo mwarasaze 🤣🤣 Match yunomusi kuri Barcelona irimwo inguvu nyishi kuko barazi ko Abafana bayo twayitigiyeko Promoter de la Capitale ano majambo wavuze uzoyameko hama tuzokwakira ejo unomusi Ntuvyemerewe Yared wanyange ariko atwiyorobekako hasigaye Jisho Reigns nawe yishikane na Pacito Man 🤣🤣🤣
OG FORCE
0 Comentários
0 Compartilhamentos
131 Visualizações
0 Anterior